Ingiche 4

1 Ingwano ni gorane murimwebwe bwahe? Ntivyamuka mukwipfuza kwanyu kubi kandi arivyobizana ingwano? 2 Muripfuza kidya malafise. Mrichamugakurikirana kidya mlashobora kuronka muragwana na utongana. Kandi ntimuronke kubera mudasenga lmana. 3 Nichogituma musenga ntimuronke kubera musenga mubintu bitabereye kugirango mubikoreshe mubintu bibi vyomwipfuza. 4 Yemwe mwabasanyi ntimubizi kuba umugenzi wisi kwari kwicha ubuchuti ni lmana kuberivyo mumenye yuko umuntu wesi ashaka kuba inchuti yisi achaba umwasi wi lmana. 5 Chankwe mugirango ibyandinswe ndachobi maze yobivuga ati lmpemu yera muritwebwe ifise ishari difisi kubwachu. 6 Ariko lmana itanga imbabazi, nichogituma ugwandiko ruvuga ati, "lmana igwana nabi bona ariko abichisha bugufi ibaha ubuntu. 7 Kuberivyo nimwitange kumana kandi mugwanye umwasi satani nawe azobahunga abavemwo. 8 Nimwegere lmana nayo ikobegera ibe hafi yanyu nimwiyose. Amaboko yanyu, mwebwe banyavyaha kandi mwiyoze imitima yanyu, mwebwe bi ncha kubili. 9 Nimubabare kandi mube na maganya kanalimurile muhindure inseko zanyu zibe umubabaro nu munezero wanyu uhunduke amaganya. 10 Mwigenze buke imbele yi lmana nawe azabaha igichiro kinini. 11 Ntimuvugane nabi mwebwe nyene mwene wanyu kuvuga nabi mwenewabo chanke kumura mula nabi ku mana. Uramuye mwenewabo aba arenze amategeko yi lmana. 12 Numwegusa atanga amategeko kandi ari umuramuzi ni lmana yoyo ishobora yukiza no kwicha. Wewe urinde uramura wewe? 13 Nimwumumvulize mwebwe muvuga ngo uumusi chankwe ejo tuzogenda hariya mugisagara kwicharayo umwaka wose no gu churuza ibintu chankwe kuronka inyungu. 14 Ati mbege ninde amenye ikizobahejo kandi iramba dyanyu ni-ki? ati kuko Musa nurupfungu ruza mukanya hanyuma lukayayuka. 15 Ati mitende yo mwavuga, "ngo bishobotse lmana ibikunze tuzokora iki na kidya. 16 Ati ariko murirata muvyo mutekeleze bikaba ibichumulo imbele yi lmana. 17 None udya amenya gukora ivyiza mugobo ndabikore kuriwe ni chaha.