1 Benewachu sibeshi banyu boshoye kuba abigisha mumenya yuko tuzokwakila ulubanza lunini chane. 2 Kubela twesi duchumula munzira zishinimba wowesi adatsitala mumajambo yiwe uwo numuntu wumugororotsi ashobola gutagila umubili wiwe wosi. 3 Ubu nimba dushila imiguha mwitarasi muminwa yazo zigacha bugguti, na twoshobola kuyihindukiza imibili yazo yosi. 4 Menya yuko imeli, naho alikintu kinini isuni kwa numuyaga ykaze zigendeshwa na mahembe matonya chane kugenda hohosi hashaka shofeli. 5 Nubundi ubwo ululimi nikilemwa gitonya chumabili aliko gwishimagiza manini chaneleba ishamba linini lishobola kwatswa ni sale litonya dyumulilo. 6 Ululimi kandi mnumulilo, nisi yivyaha wasizwe hagati, ybilemwa vyumbili wachu, wandaze umubili wosi no kushila hejuru yumulilo, munzira yimibeleho nagonyene guligwa muzira yukuzimu. 7 Bulibikoko vyomwishamba, ni nyoni, vyavala ibilemwa vyo mumzi yibahari bibuzwa nabantu. 8 Aliko nta muntu numwe ashoboye kubuza urulimi; nivyaha bidakoma, wuzu sumu yo kwicha. 9 Kululimi tulashimagiza umwami na Dawe wachu nuulugo tulavuma abantu balemwe kwishusho yimana. 10 Kumunywa uwonyene tuvuga amajambo yi migisha ni vumwe, benewachu ibibntu ntivyashakigwa kuba. 11 Mbese igisima kimwenya chozana amazi meza na mabi? 12 Benewachu mbese igiti chumutini choshobola kuuyala amatunda yumuzaituni changwe umuzabibu kuvyala amatunda yu mutini? kandi imbizi ya mazi ya mazi yumunyo ntavamwo amazi atali yumunyo. 13 Ninde mulimwebwe afise ubwitonzi nubumenyi? Kandi umuntuwo yelekane imibeleho myiza mumilimo yiwe nokwicha bugufi buvanye nubwitonzi. 14 Aliko nimba mufise inzigo ikaze numuntu no mumitima yanyu, ntimwibone no kuvuga ububeshi kwanke ukuli. 15 Ubu subwitonzi bwululuka buva hejuru aiko hanyuma yaho nubwisi sivyumwuka nivyimyuka. 16 Aliko ahalinzigo numtuno uliho halingwano nibikogwa bibi. 17 Alikoubwitonzi buva hejuru ubwambele bulela hanyuma bugakunda amahoro nubwitonzi nogushikilana bwauzuye inganyilo na matunda meze atakulobanula nukuli. 18 Itunda dyubugororotsi litegwa hagati mumahoro kulibadya bakola ibintu vya mahoro.