1 Benewachu mukukile ukwizera Data wachu Yesu Kristu, kutalobanula abantu lunaka. 2 Nkumuntu lunaka niyinjira mumakora niloyanyu yanbaye impeta zinzahabu ni mpuzu nziza, Kandi agacha yinjira uyundi wimpuzu zibi. 3 Mugacha mwitwaralika udya wimpuzu nziza nukuvuga, nyarucha wichale hano heza "Aliko mugacha mubwira wamworo" chanke ichara hasi yibilege vyanje" 4 None ntimuchililanila imanza ubwanyu, nukuba abamanza bivyimvirobibi? 5 6 Umviliza, benewachu kunda, none lmana ntiyabalobanuye muboro bisi nukubagira abatunzi mukwizera, nukubalaga ubwani yasezelaniye abamukunda? Aliko mwagaye aboro! none sabatunzi babahonyora mwege, Kandi sibo babakwegera mimachilo yimanza? 7 None sabatunzi balituka izina dyiza, kulidya twahamagawe? 8 Kubwivyo, nimba mushicha itegekodyu Bwami nkuko vyandiche muvyandiko, "Wokunda ummbanyi wawe nkuko wikunda, "mwoba mukoze vyiza. 9 Aliko mulobanuye bamwe mubantu, mukola ichaha muchiligwa ulubanza nitegeko kuko mulenze amategeko. 10 Aliko kudya wese yubaha amategeko, aliko agachitala kukantu gatoya, gusa abaafise ikimwagiliza koyalenze amategeko yose! 11 Nkukwi lmana yabivuze, "ati tusambane," niwe kandi "ati ntiwiche." Nimba udasambana, aliko ukaba wicha wamaze kulenga amategeko yimana. 12 Kubwivyo muganile kandi mwubaha, kabadya balihafi guchilibwa ulubanza namategeko yidegevya. 13 Kuko ulubanza luza takigongwe kulibadya badafise ukigogwa. Ikigongwe chinenezeleza hejuru yulubanza. 14 Halubwiza vyabaki banewachu, nimba umuntu avuga gwafise ukwizera, aliko habikogwa? None uko kwizea koshobora kumukiza? 15 Nimba mwene wanyu wumulungu au wumukobwa akeneye ivyo yambara chanke ivyanda vya bulu musi, 16 Numwe muli mwege akababwira, "Mugende namahoro, mwote umulilo mudye neza," aliko ntimubahe ivyo bake neye vyumubili, ivyo vyabamalila iki? 17 Aho ngonukwizera gusa, kudafise ibikogwa, "Kubagupfuye" 18 Aliko umuntu lunaka ashobora kuvuga, ufise ukwizera, nanjefise ibikogwa," Nyeleka ukwizera kwawe kudafise ibikogwa, nanje ndakweleke ukwizera kwanje ubwi bikogwa vyanje. 19 Ulizeye yuko haliho lmana imwe; uli sawa. Aliko nabadayimoni nabo balavyizera nugutetemela. 20 Mbe, ushaka kumenya, wamuntu wigipfu, ukungene ukwizera kudafise ibikogwa uko takamalo kubagudise? 21 None, Dawe wchu abrahamu yahaluliwe ukuli kubwibikogwa aho yemele gutanga umwana wiwe Isaka kugichaniro? 22 Mulabona kukwizera kwikwe kwakoze hamwe nibikogwa vyiwe, ukwizera hamwe nibikikogwa vyiwe vyamushikanye kudyatumbeleye. 23 Ivyandiche vyalashikije, "Aburahamu yizela lmana, acha ahalugwa kuba umunyakuli." Kubwivyo Abuhamu acha yitwa umunywani wi lmana. 24 MUlabona yuko kubikogwa umuntu alahalugwa umunyakuli sukubwu kwizera gusa. 25 Sivyo gusa Hahabu umwe yalu musambanyi, yahaluliwe ukuli, kubwibikogwa ahokila abagenyi nukubatwara muyindi nzira. 26 Nkuko umubili udafise mpemu uba upfuye, gutyo nyene, nukwizera kudafise ibikogwa kubagupfuye.