Igiche 1

1 Yakobo intumwa Yimana kubwa Yesu Kiristo nandikiye abo mumidyango, chumi na kabili yasabagiye, ndabala mucha. 2 Mwiyumnile karumumezero chane kuli bene data yamulimo mulacha mubikomeye. 3 Mumenye yuko kugelegezwa, kumwi zelo wamfu ko kubaha kwiha nguna. 4 Nimuleke ukwihangana, kubalemeshe mukole imlimo yinwe kugila mshobola, kukomezwa mtagabanukigwa nikintu chochose. 5 Aliko hagati yanyu ntihaba halimo nuwaganukiwe nokwichisha bugufi abusabe. Imana, ayo itanga vyose ivyuyu mvamo itabinuba bose bamusaba, ikabaha kubwokunezelegwa. 6 Aliko rusaba kumwizero, kumwizero, asakibuza kuko udapfise umwizero, atavyizeye ni nkumukuba muruzi utwaga numuyaga hidya nohino ugata haliya. 7 Kubela ivyo umuntu nkuo amenye yuko atazokwa kigwa na masengesho yiwe kuva Uumwami; 8 kuko umuntu nko afise ingemelo zibili, kandi ntahagezeneza munzira ziwe neza. 9 Benedata umwolo asabgwe ntiyilate kubwo kuhagalala kwiwe ntivishile hejuru, 10 mugihe icho nkicho umukile nawe, mukwichisha bugufi kwiwe kuko naweee azoyoka nkamashugwe yivyatsi. 11 Izubalila seluka likalasa likazana intuguta rukumisha ivyatsi amashugwe yavyo akahagurumka ubwiza mwisho bwayo. Bukababwiza bukangashia uko ntinkuko umuntuzi azoyonga munge zibi ziwe. 12 alahezagiwe umntu yihanganira ibigelagezo, kuko inyuma yokunesha icho kigelagezo azokwa kira ikamba yubuzima aliyo yateguliwe abakunwa lmana. 13 Bilabujijwe umuntu waliwe wesi kuvuga ngalagelagezwa nimina, igehe cho kugela gezwea, kuko lmana intigelagezwa nivyaha kandi lmana nti mugelageza umntu wowese. 14 Bulimuntu agelagezwa ninyipfuzo vyiwe bilimuliwe bimumulikila bi kamukwega bimutwara kule hidya na hino. 15 Meza uko kwipfuza kutwa inda kuka vyara ichaha kimaze kukura, kukavyara urupfu. 16 Ntimuzimile bene data nkunda. 17 Gutanga kose kwiza, ningabire yose itunganya vyose, biiva wijuru bava kuli Dame wimicho, abashobora kuhinduka chanke kugira igitutu cho kwihindura, kandi kidahinda gulika. 18 lmana yatonyije kuduha twebge ubuzima hamwe, nijambo dyayo drukuli dyukuli kugila tushobole kuba abavyawe mulibimwe mubihumeka vyiwe. 19 Muliziko benedata dukunda buli muntu ategechwe kuba yoroshe mugihe chokumva atarawo tulehelwa mukuvuga nokushavura. 20 Kuko uburakare bwumwana umuntu ntibukora ubugolorochi Bwimana. 21 Nuko kero nimushile ivyaha hamwe nu mwanda wose kule hamwe nububi mwakile ubugwaneza ijambo litewe mulimwege rishobole kukiz imitima yanyu. 22 Nimwubahe ijambo mudyumke dyo mutashobora kwibesha mumitima yanyu. 23 Kuko uwalinee wesi yumva, ijambo ntalikolele umulimo asusanywa nokwibesha kumuntu yileba mundogwamo. 24 Amaze kwileba akagenda uwo mwanya akacha yibagira uko sasa. 25 Aliko uwitegeleza amategeko ruzuye nokubandanya yubuha, sikubera iwe umvila akamva akongela akibagira uyu na untu azoronka umugisha mvya kola. 26 Aliko umuntu niyagira ngo! numunya dini, aliko akaba adashoboye kufata ururimi gwiwe, alozo amo alibesha mumutima wiwe go! numunyedini idini yiwe nubusa. 27 Idini itunganye imbele zimana yachu Dame niyi, gufasha lmpfu vyi hamwe lmpfu kazi mumibabaro yazo hamnee nokwilinda ntibanduzwe ni vyisi.