1 Nimuze ubu mwembwe muli abakungu, mlile kwijwi linini kubwi ingolane ugiye kusa hajulu yanyu. 2 Ubukungu bwanyu bwenoywe kandi imyambalo yanyu yaliwe nu udukoo twonona. 3 Inzahabu zanyu na mashilingi yanyu yabuze agachilo kandi ubwononekale bwayo buzokwemwezwa muli mwebwe no kulimbula imibili yanyu nku umulilo mwibikiye itunga dyanyu mumisi yimpela. 4 Itegeleze, impembo za abakozi badya bo mutalaliho kugusalula mumilima yanyu balalila! Kandi amalila ya badya basaluye ivyimbugwa vyanyu yasohoye mumatwi yu umwami wi ngabo. 5 Mwabaye munyishimo nyishi no kwinezereza ubwanpa, mwivyibuhufe imitima yanyu kumisi yo kubaga. 6 Mwachiliye ulubanza kandi kumwicha mwene ubugololotsi adashobola kubabuza. 7 Kulubwo niwihangane mwene - data gushi kila ukuza kumwami nku umuhinzi alinda ivyimbugwa vya agachilo kuva mubusi, alindila kwihangana ubwiw gushika imvula za mbele na zidya zi impele zizogwa. 8 Kandi mwebwe mwihangane, gumya imitima yanyu kubela yuko ukuza ku umwami kulihafi. 9 Benedata ntimukidodombelanile kugila ngo utimuze muchigwe ulubanz. Laba, umuchamanza ahagazekumudyango. 10 Kukimenyetso mwenedata niwilebele imibabalo no kwihangana kwa abahanuzi bavuze kwizina dyu umwami. 11 Laba twila badya bihanganye, "ABAHEZAGIGWA"mwumvishije ubwihangane bwa Ayubu kandi mlazi intumbelo yu umwana kubwa Ayubu ni kungene nyabaki umwami uzuye ikigongwe ni imbabasi. 12 Ikuluta vyose, benedata, ntimukalahile, chankwe kwijulu yoba kuyindi ndahilo yoyosi aliko none ego yanyu isobanule ego, Kandi oya yanyu isobanule oya, kugila ngo ntimuzogwe hasi yu ulubanza. 13 Aliho wewesi muli mwebwe afise umubabaho? Ni ngombwa asenge, mbe? umuntu wewesi afise Ivyishimo Nahimbaze. 14 Mbe, aliho wewesi muli mwebwe yoba agwaye nabahamagale abakulu bu lusengelo; bamusengele bamusiga amavuta mwizina dyu umwami. 15 Amasegeshosho yo kwizera azomukiza umugwayi nu umwami azomuhagulutsa. Ni haba akaba yalakoze ivyaha lmana izomuganyila. 16 Kulubwo mwihane ivyaha vyanyu mwebwe kulimwe, no gusengelanila bulu umwe na mugenziwe kugila ngo mushobole gukizwa amasenga yu umugololosi avyala amalonko manini. 17 Eliya yali umuntu afise ukwiyumva nkatwe yasense kumwete yuko imvuta ntigwe, na ntiyaguye mwisi kugihe chi myaka itatu na amezi mukaga. 18 Na Eilya yalasenze kandi ni ijulu zilasesa imvula hejulu yi isi itanga ivyimbugwa. 19 20 Benedata nimba wewe muli mwembwe ahimtana kuva mu bene ukuli aliko uwundi muntu aakamugaluza, nuko namenze yuko wewesi amwelekeleleza mweru ivyaha kuvamunzila yrwe yu ubuchumuzi azokiza amagala yrwe kuva mulupfu no gupfundikila ubwishibwi ivyaha.