1 Nuko idyo sezelano dyo mbele dyali lifise umwanya wo gusenga hano mwisi ni imigendele yo gusanga. 2 Nuko mwi hema haliho ichumba chali giteguwe, ichumba cho hanze, bahitwa ahanu heranda. Aho hanu haliho ikinara che tara, haliho imeza ni imikale yo kwlekana. 3 Ni inzu yu lusika gwa kabili haliho ichumba ikindi, hitwa aheranda bihengeye. 4 Haliho amadhahabu yi dhahabu niho boteleraimibavu. Kandi halimo isanduka dyisezelano, kandi dyali dyubachwe kwi zahabu gusa. Munzu halimo ibakuli dyi dhahabu lilimwo manna, inkoni ya Haruni yamezeho ivyotsi, na za mbaho za mabuye zi jezeramo. 5 Heruju yi sanduka dyi sezelano ibilemwa vya maselofi bafise ububasha bafundikira amababa yabo imbele yi gilebe cho guhuza, icho ubu ni duchobora kukivugaho chane. 6 Hanyama yaho ivyo binbu bimazi guteguligwa, nkuko vyali bisanzwe abahelezi binjiro muchumba cho hanze chi hema gulanga gulanga infashanyo. 7 Aliko umuhelezi mkuru yi njira muchumba cha kabili wewe limwe kumwaka, kandi ni yaleko gutanga idhabihu kubwiwe nyene no kubwo ivyaha vya abantu bakoz badashaka. 8 9 Mpemu wera alavuga ngo inzira ya heranda bobwo ilahishuligwa kubela dya hema dya mbele lilochahagaze. Iki ni ikimenyecho chuy umwanya wiki gihe. Vyosi ishikanwa ni dhabihu vyosi bitangwe ubu ni bishobora kuzuza umwanya wu umuntu asenga. Ni 10 vyokudya ni vyokunywa gusa biteranijwe kungene yi imigendele yo gusenga kukwiyelekana, ibi vyosi vyali imigendele yo mumubili ivyali vyateguwe mpaka haze amategeko mashasha azoshigwa ahantu haho. 11 Kristo yaje ng'u umuheleza mturu wi bintu vyiza vyaje, zuchira kubukuru gubwuzule bwi hema nkuru itakozwe kumaboko yabantu, itameze ng'inyi isi yalemwe. 12 Ni hali kubwo ishagama dyi hene ni nyana, ahubwo kubwo ishagama dyiwe wewe nyene kubela ati Kristo yinjiye ahelanda bilenze limwe kwa bula umwe atweleka guchungugwa kwachu ibihe vyosi. 13 Ng'o kubwo ishaghama dyi imene no mafizi no kunyanagizwa kwi iminyota yi nyana no mulabo ni mana no abashizwe kuluhande ni mana no kugila ngo imibili yabo yozwe. 14 Mbese ni bilengeleye chane ishagama dya Kristo wewe achira kuli atakwiganyira wewe nyene, kwelekanza ubuntu bwachu kuva mubikogwa bifuye ku gukolera lmana nzima. 15 Kugene nkiyo, Kristo nu umujumbe wi sezelano lishasha. Iyi niyo ngene ulupfu gwalachwe kumeidegevyo bosi abali bi sezelano dya mbele kuva mulubanza gwi ivyaha vyabo, kugila ngo bosi bahamagawe ni mana bashobole kwakila isezolano dyu ubuhunguzi bwabo mubihe vyosi. 16 Nimba hali isezelano lilamba, lishakigwa kugaragazwa ku ulupfu gu umuntu udya yakoza. 17 Kandi isezelano liba nu ububasha ahantu ahabaye ulupfu kubela ni habaho ububosha mugihe uwalikoze abandanya kubaho. 18 Nuko nabwo ali dya sezelano dya mbele dyali dyashizweha atali kubwo ishagama. 19 Mubiha Musa yali yatanze amategeko kubantu bosi, yatoye ishagama dyi in'a ni lmana, hamwe no amazi, ni gitambara gitukura na hiropo, no kunyanyagizakwigombo dyonyene na abantu bosi. 20 Hanyuma alavuga, "Ili ni shagama dyi sezelano idyo lmana yabahaye amategeko kubwanyu. 21 Mungene ng'i iyo nyene, yalanyanya gije ishagama hejuru yi hema ni ivyombo vyari vyobakolesha mubikogwa vyobaheleza. 22 No kungana na amategeko, hafi ya bula kintu chozwa ni ishagama hataliho gureza ishagama na kuganyigwa. 23 Kulubwo vyali ngombwa ivyandichwe vyi bintu vyo mwijuru bisaba vyozwe kwiyo dhabihu yi bikoko. No kungene, ibintu vyo mwijuru vyo nyene bisaba vyozwe kwi dhabihu imeze neza bilenze. 24 Kubela Kristo ni nyinjiye aheranda chane ahakozwa na amaboko, alicho ichandichwe chi kintu nyene. Hanyuma yaho yalinjiye ijulu idyo nyene, ahantu hali ubu nyene imbele ya maso yi mana kubwachu. 25 Ni yinjiye haliye kubwo gutanga isadaka kubwiwe ibihe, kuko akola umuhelezi muru, uwinjira ahantu heranda bilengeleye umwakaku umwaka kumwe ni shaghama dyu yundi. 26 Nimba ivyo vyali, vyali kuba ngombwa kuliwa kubabazwa hubihe vyishi kuva kukubanza kwisi. aliko ubu ni limute kugeza imela yi myaka yo yiyelekanye kuvanako ichaha kwi idhabihu yiwe nyene. 27 Nkuko bimeze kwa bulo muntu umwe gufa limwe hanyuma yaho haza ulubanza. 28 Nuko nyene Kristo nawe yatanzwe limwe kuvanaho ivyaha vya beshi, azoboneka kandi ubwa habili, atali kungoneyo gukulaho ivyaha, aliko ku buchunguzi kwa badya bamulindiliye kukwihangana.