1 Ubhu tuvuga guti umnyamabhabhanga mkuru yichaye hasi hagati yukubhoko kukugyo kuntebhe mwijuru. 2 Iwe numkozi ahantu hera, inzu yukuli Yumwami ya shizeho, sumuntu wewesi azopfa. 3 Kuko umnyamabhanga mkuru ashigwaho kutanga impele nishika nwa: igyo ningobwa kugila ikintu choutanga. 4 UbhuKristo alihejuru yisi, yatabha umnyamabhanga alusha hao. Kuko bhalibhiteguye abhatanze ingabhile kungana namategeko. 5 Ikintu chalikiliho nikitutu chibhintu vyomwijuru Musa amaze kuhanwa ni lmana hoyamwo yubhaka inzu. lmana ivuga go nukole bhulikintu kungana nkuko welechwe hejuru yumlambi. 6 Aliko ubhu Kristo yakiye ibhikogwa vyiza kuko iwe alumuhuza wukulagana kwiza kwakomenzwe kundagano nziza. 7 Igyo sezelano gyambele yolinonwa ntampavu yalikubhaho yoguhiga isezelano gyakabili. 8 Kuko igihe lmana kumenya vyabhantu bhonontu bhononyeyalavuze, lebha, imisi ilimwoilaza, abuga Mwami igihe nzokola isezelano lisha hamwe ninzu ya Israeli, ninzu ya Yuda. 9 Ntilizobha nkisezelano gyonakoze hamwe na bhadata, bhabho imisi honabhatwala mkubhoko ndabhelekeza kuva mwisi ya Misri. Kuko ntibhabhandanije mwisezelano gyanje, nanje sinabhitaweho kandi alavuga Umwami. 10 Igyo sezelano azokola munzu yabhi Israeli hanyuma yiyo misi alavuga Umwami mmategeko yanje nzoyashila muvyinyumvilo vyabho, mumitima yabho nzovyandika, nzobha lmana yabho, nabho bhazobha abhantu bhanje. 11 Ntibhazokwigishanya bhurumntu nubhanyi wiwe bhulumntu na mwenewabho, alavuga, mmenye lmana kandi bhosi bhazomenya njewe kuva kumtonya nu mkuru. 12 Ubwa, nzobhele ibwabhazi kubhikogwa vyabho bhitafite ukuli, sinzokwibhuka ivyaha vyabho kandi." 13 Yalikoze isezelano gyambele kubha likuru. Nukulivuga kuko alilikuru tilihafi kuvaho.