Igiche 7

1 Vyalibimezeguti Melkizedeki, umutwale wi Salem; umuheleza wi lmana ilihejulu, yahuye na Ablahamu agaluche kuva kubicha abatwale acha amuhezagila. 2 Abulahamu yala muhaye kimwecha chumi cha mbuli kintu yaliya nyaze izina dyiwe "Melkizedeki" isoba nuloyadyo" umutwale wukuli" na kandi "umutwale wa Salemu" aliwe umutwale wamaholo." 3 Mtafise ise ntafise ngina ntafise abavyeyi ntafise hokubanzilizaumusi changwa impelayo kumbahokwiwe, hanyi mayaho agumaalu mutamvi ikihechosi, nkuumwana wi lmana. 4 Noneho tekeleza kundu uyu muntu yalimukulu: umuvyeyi wachu Ablahamu yalamuhayekimwecha chumichibintu vyi za yali yatoye muntambala. 5 Nukuli umudyango wa Abalawi bakiliye inzuzu ubuheleza bali bafise itegeko dyo kuva mumategeko, kulunda kimwecha chumi kuva mubantu; vyali vyo kuva kuba Isilaheli bagenzi babo, hamwenaho nabo bali umudya ngo wo kuva kuli ablahamu. 6 Aliko Melkizedeki, wewe ntiyalifise umudyango wokuva Kubalawi, yalakiliye kimwecha chumi chokuva kwa Abulahamu kandi alamuhezagila; wewe yalifise isezelano. 7 Aho ntivyangwa yuko umuntu muto aheza gigwa numukulu. 8 Kulilino jambo umuntu ya kila kimwecha chumiazopfu umusiumwe, aliko kulindi jambo umwe yakiliye kimwe cha chumi kuvakwa. Abahamualabwigwa nkumuntu abayeho. 9 Nokungene yo kuvuga; Lawi yakiliye kimwecha chumi kandi yala lishe kimwecha chumi kwa Ablahamu. 10 Kubwo impamvu Lawi yali mingingo zase wiwe Ablahamu igihe Melkizedeki ya hyula na Ablahamu. 11 Nne ni mba ubwelanda bwa sohojwe kukuchila kubucheleza bwa Lawi, (nukohasi yi we abantu balakilaitegeko) hali ho impa mvunyabaki none yokuhiga, umuheleza uyundi uhaguluka hanyuma yikihe cha Melkizedeki, ntihabekuhamagagwa hanyuma yiikihe cha Haluni? 12 Kulubwo ubuheleza buhinduche, ntaki mbuza none nitege konadyo kuhinduka. 13 Kulumwe aya majambo yavuzwe kubwo ubwo koubundi, kuva kuliwentaundi yakoze kukichanilo. 14 None biliukuliyuko Umwami wachu yavuye muli Yuda, ubwokobwo Musa atavuze kuvyelekeye, abatavyi. 15 Naya yotu vuga alaha bona nimba umuheleza uyundi azoza kungeneya Melkizedeki. 16 Umuheleza uwo musha sumwe abaye umuheleza hesulu yi itangililo dyi itegekolihangaze kulu vyalogwu umuntu; aliko mwitangililo dyu ububashabwo kubaho kutabasha kwonone kala. 17 Nuko ivyandichwe bilemeza ivyelekeye uwo: "Uwoniwe umuheleza itekadhosi hanyumaya Melikizdeki." 18 Kuko itegeko dya bansije, dyala shijwe impela kuko dyali litafise ulutege kansili takwiliye. 19 Kulubwo itegeko ntidyakoze ikintu chocho si kikwiliye, hanyumayaho halihonoku ubutwali bwiza kulubwo tulegela lmana. 20 Nubu butwali ububwiza ntibwizanye hataliho kuvugwa inda hilo, kulili abaheleza abandi, ntibato yeindahilo yoyosi. 21 Aliko lmana yalatoye indahi lo ikihecho ya vuga ivyelekeye Yesu, "Umwami alalahiye ntazohidula ibitekelezo vyiwe, wewe ulu itekadyosi." 22 Kulubwo lelo Yesu kandi yaje kubaumwishigizi wisezelano dyiza. 23 Kuvyoukuli ulupyu lulabuza abatavyi kukola itekadyosi, ilinukubwo impamvu bali baliho abata mvi beshi, umwehanyuma yuyunsi. 24 Aliko kubwo impa mvu Yesu abaho iteka dyosi, ubuheleza bwiwentibu hinduka. 25 Kulubwo lelo na we alashobola kuba ubuli nganile kusohoza kuba kiza abegela lmana kuchila kuliwe, kuko weweaba yeho kugi hechosi kugu senga kubwabo. 26 Kulubwo umuheleza mukulu waguti alakwiliye kulitwe atafise ichaha;ikichumulo, uwela; uwasizwe impelakuva mubanya vyaha, ya sizwe hejulu kulenga ijulu. 27 Wewe ntiyayalifise ubushake; nkingeloya abaheleza bakulu, kutanga ibitambo vya bulu musi, mbele kubwi chahachiwe nyene, nohanyuma kubwo ivyaha vya abantu yagize gutimwe kuli bosi; hoyitanga wewenyene. 28 Kubwo itegeko balatolanywa abantu batabasha, kuba abaheleza, aliko ijambo dyi ndahilo idyi jehanyuma ya mategeko, yatolanise Umwana, yako zekuba umwelanda itekadyosi.