1 Hubyo tuleche tyotwigishizwe bya hejuru ya Kristo, twashakigwa tube nu mwete yokukomela ntitushileho kandi urufatibo wokwihana kuva kumilimo ipfuye nokuzera lmana. 2 Changwa imifatiro ya nigishwa ya kubatizwa, nokubashilila amaboko, ukuzwa bapfuye murubanza nurahela.. 3 Tuzogira guti lmana niyakunda. 4 Kuko bitashoboka kubadya balonse umucho kale, badya bahawe ubwege byo mwijuru no kugigwa kuba abagenzi bu mwuka wera. 5 Nabo babonye ubwiza bwijambo dyi lmana ni mbalaga zizobaho. 6 Hanyuma bakagwa - nti vyoshobeka kubagaruza kandi mukwi hana ubu ni kuko balambaye umwane ni lmana kabili bamugila igikoreshwa chi somi mubantu. 7 Kuko isi yatoye invula agwa gihe mugihe hajuriu yayo nokuzwa invyanga bi komeye kulabo abakozi bi insi, baronka umugisha kuvi kwi lmana. 8 Aliko yoba havyara amalwa nibitovu, ntiyobifise akanalo kandi ili hafi yokuvumwa. lhela yayo nukuyonona. 9 Niyotwoganila guti, umugenzi ibintu bitwosha na magambo meza yalimwebe na magambo yubukiza. 10 Kukwi lmana itakiranigwa ngo yibagire imlimo yanyu nunukundo mweletse kwizina dyiwe, mwalabakoleye abizeye kandi mulachabakoleye. 11 Ariko'rero tulifuza chane kilunumwe wanyu mwelekane umwete wawundi kwimpela kubukuri nokwishabera. 12 Ntitushoka mmube abanebwe, aliko mube abakulikila badya bali kumasezeramo yokwizera nokwihangana. 13 Kuko lmana hayahaye Abrahamu isezerano, yalalahiye kwiwe kuko ntiyalikulahila ku wundi wewese alimukuru kulutawe. Yavuza, 14 "Nukumvi nzokuhumugisha, nzokuza uluvyaro gwawe. 15 Kulinu nzira, Abrahamu yalonse kidya choyasezelaniwe amaza kumndila yasezeraniwe. 16 Kuko abantu balahira kuniwe alihejuru kurikobo, nomumpaka zabo zokuchindanwa hose no kurahila kuyamenyetsa. 17 Nicho chatumwe lmana kwelika kubonekana chane mwi sezeramo lita hinluka kwindahira. 18 Yakozeivyo kubintu bibili bitahinduka, mulivye lmana ntiyoshebora kuvuga ubinyoma twebe, twilutse kuko lmana ntiyovuga ububeshi, twebe twilukiliye hogufashwa tulonke kukomezwa kufatira kuimbaraga kitumeliye chashigwe imbele yachu. 19 Tufise ubushobora nkinaga ikomeye yokwinezera umutima wanyu, ubushobozi bwinjira tudya yumwenda ukigira ahera chare. 20 Yesu yinjiye haliya atu bajitije, ameze umhindaka umutambyi mkuru afahela mubuyo bogwa bga Melikizedeki.