Igiche 5

1 Kuko bulumukozi mukulu yachoguliwe kuva mubandi bantu, yachaguliwe guhupalikila hanyuma ibintu bisu sana nimana. Kugila ashobole gutanga hamwe ishimwe dyagaitelekela kubelivyaha. 2 Uwuzokola mubwitanzi nibihalilizi kuko wewenyene nawe yazungulu chwenubu nebwe. 3 Kubwivyo altuma mugutanga inpemulo kubwivyaho vyiwe nkukwakola muvyaha vyabantu. 4 Ntamuntu yotola ichubahilo nkiki kubwiwe nyene, nuko hanyuma yeha, ashobola gahomagagwa ni lmana, nkuko yalimeze holuni. 5 Na Kristo ntiyihaye ichubahilo wenyene mukuikola wenyene kubumukozi mukulu, hanyuma yaho, lmana yvagiye muliwe," Wewe uhimwana wanje uwumuzi mbaye Baba wawe." 6 Nkukwavuga muhundi luhondi luhonde," Wewe ulumukozi wibihe vyose nkuko vyalibimeze kuli Melekizedeki." 7 Mugigechiwe chomumubili, yalasenze negusengela, yalasavyi lmana nokulila imbele yiwe ashoboda kumukiza kuva mulupfu. Kubwakubaha kuiwe lmana ilamwumvuliza. 8 Naho yalumwana, yiyigishije kwubaha kubwamajambo yukubonabana. 9 Yujulijwe kuiyinzila kugila ngamantu wese amwizeye alonke gukizwa mubihe vyose. 10 Muguchibwa ni lmana nkuumukozi mukula hanyuma yingihe cha Mdikizedeki. 11 Dufise amajambo meshi yokuvuga kuli Yesu, aliko bilakomeye kubabuila kuko mwekwe ubunebwe bwokwumviliza. 12 mulikigihe vyasaba komubabigisha, hashokigwa abantu bokubigisha inyigisho ga mele yibishakigwa mwijambo dyi lmana. Kuko mushoka nata si vyokudya bigumye. 13 Kubela wewese anwa mata ntiyamenyeleye ubutumwa bwukuli, kubela halacholiho umulilo. 14 Kulundi luhande, ivyokudya bigumye nivyabanta bakuze, kwabadya bamenyeleye gukulawukuli nu bubibigishije kumenya ineza nu bubi.