Igiche 4

1 Kulubwo dushakigwa kuba intwali kugila ngo muli mwebwe ntabemwo numwe azobeneka kunanigwa gushikila indagano ibandanya yo kwinjila mwi humulo dyi lmana. 2 Kubela twaholanye ni nkhulu nziza zelekye uguhumula kwi lmana twabaliwe iwachunka Abayisiraeli bali nayo: aliko ubwo butumwa ntacho bwabamalize badya babumvishije batabutelaniye nu umwizero kwadyo. 3 Kuli twebwe twamaze kwizera twebwe nibo tuli bamwe mulibo tuzokwinjila muli dyo humulo nkuko livuga, "Nkuko nalahiye kwi ishavu dyanje" ntibazokwinjila mwihumulo dyanje yavuze lino naho imilimo yosi yakoze tali yayunganye kuva mukubanza kwisi. 4 Nubwo yamaze kuvuga kugohe kanaka cheleje umusi wa mushanju "lmana yahumuye umusi wa mushanju muli yosi yo yyagakoze." 5 Kandi yalamase kuvuga," Ntibazokwinyila mwihumulo dyanje. 6 Kubwiyo mpamvu kuva ihumulo dyi lmana bulachali ububiko kuli bamwe kwinyila no kuva Abisirael benshi bumvishye inkulu nziza yelekye ihumulo dyiwe ntibinjiye kibela yo kutokubaha. 7 lmana yashuzeho kandi umusi kanaka "Witwa uyu musi" we yegeleje uwo musi ahoyavuga guchila kuli Daudi yavuze kugihe kilekile impela ya yavuzwe imbele "uyu musi ni haba Musa kumva ijwi dyiwe ntimugile imitima yanyu kuguma." 8 Nubwo nkuko yoshwa yabahaze ihumulo, lmana ntabwo yalikuvuga hejulu yu uwundi musi. 9 Kulubwo halachaliho isababato yu humulo yabitse kubwa abana bi lmana. 10 Kuko uwinjila mwi humula dyi lmana we nyene kandi ahumuye kuvana ni ibikogwa vyiwe nkuko lmana yabigisa muliwe. 11 Kulubwo tube ni inyota yo kwinjita mulidyo humulo kugula ngo ntihazobe ugwa kungene yu ubugome bakoze. 12 Kuko ijambo dyi lmana ni lizima; lifise ulutege lilakarishe gusumba igipanga chochosi gifise ubugi impande zibili kandi lilatulila gushika kugabanya ibitekelezo vyu umutima ni ivyiyumviro vyawo! 13 Ntachalemwe chinyegeje mumaso yi lmana ahubwo lelo buli kintu kilagalagaye kili habona mumaso yu umwe ali ngombwa ditange igihalulo. 14 Hanyuma kuba nu mumutamvya mukulu yinjiye mwijuru, yesu umwana wi lmana, kubukomezi tugumye ukwizera kwachu. 15 Kuko tudafise umutamvyi mkulu atiyumva ikigongwe kwi intege nke zachu aliko we munzila zosi yahose agelagezwa nkatwe kiletse we adafise ichaha. 16 Nuko tuse kubutwali mugitebe chu ubwami chu ubufu kugila ngo twakile imbabazi yo kudufasha mugihe cho gushaka.