Igiche 3

1 None wenewachu beranda abashirahamwe bumwele wo mwijuru, mtekeleze Yesu mtumwa ka.... umuheza mkuru wo twizeye. 2 Yari yizeye Kumana woyitoranije nka Musa nkuko nawe yarizeye munzu yose yi lmana. 3 Nkuko yesu yahanjwe kwafise ichubahilo gusumuba Musa kuoariri kuko udya yubaki inzuaharugwa kwafise ichubahilo kinini kusumba inzu yonyene. 4 Kuko buri nzu ngwa uwayubatse ariko umubatsi wa mazu yose ni lmana. 5 Nukuri Musa yori yizeletse nku mukozi munzu yose yi lmana atanga ubwema bwi bintu vyose bizokoreka igihe kili mbele. 6 Ariko Kristo nu mwana mubuhagalikizi bwanzu yi lmana.Twebwe tu linzu yiwe ni twafat.... naningonga kandi tukihagarikila mubuntu bwanza. 7 Nuko nkuko Impemu Yera ivuga uumusi ni wumva invi duiwe. 8 Ntukomeze umutima wawe nkuko Abisiraeli bagize baga chumulira lmana mubigeragezo yoba rose haliya mubugaragu. 9 Icho gihe chaligihe chobasowanyu banyase kandi bangerageza mugihe chi miaka mulogwine bara bonye ivyonakoze. 10 Kuberivyo sinanezelewe nugu ruvyalo ndavu ga ati barazimira burigihe mumitima yabokandi ntibazi inzira zanje. 11 Ni nkuko narahiye mwishavu dyanje yuko batazokwinjira mumunezero wanje." 12 Mwitonde mrebe neza webewachu kugira niha vemwo umuntu umwe mulimwelewe aba numutima mubi wo kutizera kandi umweya mulimwebwe akagira umutima uba kure ni lmana yukuri. 13 Hanyma yao mubwirane burumusi umuntu na mugenzi wiwe kugira ngo burumusi mwipfuze yuko umweya mulimwebwe atoba nu mutima uja kule ni lmana yu kuri. 14 Kubera twaba abashirahamwe na Kristo niitwaba dufatanye neza nu, mwete wosi muli Kristo guhera kuntango kugera kumutwe. 15 Kubera ili limaze kuvugwa uumusi nimwumviliza ihwi dyiwe ni mukomeze imitima yanyu nkuko Abisiraeli bagize mugihe chibichuro." 16 Ni bande bumvilije lmana mugihe chibichumuro? si badya balimutwazi bwa Musa igihe bava Miisiri? 17 Kandi ni bande lmana yashavulie ku miaka murogwine? si badya bachumuye Kumanababgapfa imibili yabo ikadyama mubunoge. 18 Ni bande bi mana yashizeho indahilo kobatazo kwinjira mubinezegwa vyiwe nimba ataribadya badya batafashe amategeko yiwe? 19 Turabona yuko batinjiye muminezero yiwe kubera yuko batamwizeye.