1 Kubelidyo ningombwa dushileho chokubanzilize kilenze kuladya yotwimvishije kugila ntizoshigwe kule nayo. 2 Kubela nihaba ubutumwa bwavuzwe na bamalaika buli ukuli bulichaha noguhinduka buzoronka igihano. 3 Tuzoshola gute guchaho tutitaweho agakiza nkake kanini? agakize kambele katangajwe numwami nokugalagazwa iwachu na badya. bakumuishije. 4 lmana kandi yalabugagaje kukimenyetso, kubitangaza, no kubikobwa bikumkule nakule nokumpano zumuka weka zoyagavye kungana nulukundo gwiwe wenyene. 5 lmana ntiyasizeho isize iyotuvuga ubutumwa bwayo, hasi yabamalaika. 6 Hanyuma yaho umuntu umwenya yatuye ahantu ahandi avuga umuntu ninde mpaka ushobole kumwibuka? changwe umwana wumuntu mpaka umuntunge? 7 Wamugize umuntu kuba mutonya gusumba ummdaika wamwambitse itaji yubwe ni chubahiro. (Fata aya majambo wamusize hejuru yimilimo yamaboko yawe ntayalimwo mubintuvyokubanza.) 8 Wasize bulikintu hasi ya maguru yawe." Kubelidyo lmana yasize bulikindu hasi ya mahulu yu muntu. Ntiyaletse ikintu ichochosi kitali hasi yiwe. 9 Nubundi ubwo tulabona uwali yakozwe kumwanya, hasi bilenze malaika - Yesu niwe, kumpamvu yokubabazwa kwiwe nogupfa kwiwe, yambitswe itaji yubwela ni chuba. Hilo aho ubu kubuntu Bwimana, Yesu yahonje je urupfu kubela bulumuntu. 10 Vyali vyemejwe Kumana kumpamvu bulikintu kiliho kubelawe noguchila kuliwe. Yashakigwa kubazana abana benshi mubwela kandi vyashakigwa kumukola umutegetsi mugukizwa kkwabo kuba umugororotsi guchira mukubabazwa kwiwe. 11 Kubela bosi babili udya ashilakubwegu nabadya bobashigwa kubwegu bosi bava ahantu hamwenya kumana kumpamvu iyi udya abashila kubwegu. Kumana ntabona gutetelegwa kubita benewachu. 12 Alavuga nzotangaza izina dyawe muli benewachu nzolilimba bileba wewe kuva mwitelanilo. 13 Kandi alavuga, "Nzokwizera kuli wewe." Kandi "Leba, hano ndi nabana Bimana yampaye. 14 Kubela abana Bimana nshagama nubundi Yesu asangila ibintu bidya nyene kugila guchila kurupfu alonke kumucha ulutege ndye atise amtegeko hejuru yulupfu aliwe inilisi. 15 Ibi vyabaye guti kugila abashile ahagalagala badya bosi boguchila mubwoba bwulupfu babeho imibeleho yabo yosi mubutumwa. 16 Kukuli sumumalaika abatasha hanyuma yaho afasha uruuyalo gwa Ibrahimu. 17 Kubeli vyo vyabaye ngombwa wewe abe nkamwenewabo muzira zosi kugila abe umuheleza kukuru afise ikigongwe agororotse mubintu vyimana kandi abe nubushobozi bwogutanga imbabazi kuvyaha vya bantu. 18 Kumpamvu Yesu wewe nyene yalababaye nokugerezwa alafize ubushobozi bwo kubafasha badya bageragezwa.