Igiche 10

1 Kuko amategeko aligituhu chi bintu vyiza bigiye kuza, sibimwe biliko amategeko ntaho yo shobola kubatunganya bamwe begera lmana kunzila yaya mashikanwa amwe babatamvyi babandanya gutanga umwaka kuwundi. 2 Chake mubindi ayomashikanwa ntiyaligushoboka kule kwa gutanga? kubwa lugelelanyo nkugwa abahimbaza, bogejwe limwe ntibalikuba nubumenyi bulenze kuvyaha. 3 Ahubwo mulayo mashikanwa halimwo ugwibutsyo gwivyaha vyakozwe umwaka ku wundi. 4 Kuko bitashoboka kumalaso yibintu vyigichiro ni mpene gukula hivyaha. 5 Igihe Kiristo aho yaza mwisi, yalavuzengo ntimwifu je amashikanwa chanke amashikanwa yo gutuligwa, mumwanya wavyo, mwateguye umubili ku bwanje. 6 Ntimwalimufise agachiro mumashikanwa ayaliyo yose yo gutuligwa chanke amashikanwa kubwi vyaha. 7 Hanyuma nalavuzengo, " Laba hano nkola ivyo ukunda, lmana, ngo nkuko vyanditswe vyega kulijewe muvyandi chwe." 8 Yalavuze nkuko vyalivyazwe aho hambele,"ngo ntimwifpuje amashikanwa yo kutulilo, amashikanwa, chake amashikanwa yo gutuligwa kubwivyaha, kandi abona umunezelo muliwe" amashikanwo atangwa akwilanye na mategeko, 9 Hayuma talavuzengo, laba ndihano kukola ivyo ushaka." Yashizeho kuluhande imigenzo yaliyo ubwa nibele kugilango imigenzo yambele ikomezwe. 10 Mumigenzo ya kabili, twalamaze gutandu kangwa ni lmana kuvyo ikundi bichiye mukwitanga kwu mubili wa Yesu Kiristo rimwe kubihe vyose. 11 Nukuli, bulumuherezi kumulimo umusi ku wundi, atanga amashikanwa nkayayandi yene, ayo, kumpamvu yoyose ivyo ntivyalikushobora kuvanaho ivyaha. 12 Aliko Kilisito amaze gutanga ishikanwa limw kubwi vyaha ivihe vyose, yachiye yichala mukuboko kwu budyo kwi lmana. 13 Alindiliyengo abansi biwe bashigwe hasi no kugigwa intebe kubwa magulu yiwe. 14 Kuko kunzila yi shikanwa limwe yatunganije ibihe vyose bamwe bali batandu kanijwe ku lmana. 15 Na mpwemu yela natwe alavyemeza kulitwebwe kuko yabanjije avuga ngo 16 "Ili ni sezelano nzokola hamwe nabo iyimisi imaze guchaho, niko Umwami avuze: nzoshira amategeko yanje imbele mumitima yabo kandi nzoza ndika mubwenge bwabo." Kandi yalavuzengo, ntiba zo kwibuka kandi ivyaha ni milimo yabo ipfuye." 17 Kandi yalavuze ngo, ntibazo kwibuka kandi ivyaha ni milimo yabo ipfuye." 18 Ubuahantu haliimbabazi kubwaba, ntihazobaho kandi amashianwa ayaliyo yose kubwi vyaha. 19 Kubwivyo bene wachu, tufise ukwi hagali kila kwo kwijila ahantu hera bilenze kumalaso ya Yesu. 20 Nuko lelo ninzila yo yuguluye kubwachu kubwumubili wiwe, nshasha kandi nzima ichila mulu sika. 21 Nuko kuko dufise umu mukulu hejurlu yinzu yi lmana, 22 tumwegele numutima wukuli mubutungane bwo kwemera ukwizela dufiae ni mitima ichuchelewe neza kuva mububi bwa kamele no kuba ni mibili ya chu yoge hjwe na mazi meza. 23 Nuko tugunywe ubutalekula ukwihana kwintwali kwi vyizigilo vyachu, ataguhindu kila, lmana yase zelanye aliyukuli. 24 Ibilanze kwiyumvila ukuntu twohorahoza bulu mwewese kukunda ni milimo myiza. 25 Kandi ntituleke kukolanila hamwe, nkuko bandibakola, mumwanya wavyo kuhorahozanya bulumwe kulenza no kulenza. 26 Nitwakola kubushake kubandanya kukola ivyaha twalamaze kwakila ubumenyi bwukuli, ayandi mashikanwa yivyaha ntasigalaho kandi. 27 Mumwanya wavyo, harukulindila ulubanza lukomeye, muguhinda kwumuliro uzotulila abansi bi lmana. 28 Uwo wese yanse amategeko yamusu apfua atabali we mbele yubuhamya bwa bemeza babili chanke batatu. 29 Nulugelo nyabaki gwibihano ubonako gwoba lukwiliye kuli bulumwe agaya umwana wi lmana, uwaliwe wese yakoleye amalaso yiselano nkikintu kitalichela, amalaso ayo yategwe ku lmana uwaliwe wese yatuche mpwemu wubuntu? 30 Kuko tumenye umwe yavuze, ngo ukwihora nu kwanje, nzohemba," Kandi, "Umwami azochira uluba nza abantu biwe." 31 Ni kintu kitinyishije kubona umuntu agwa mumamboko lmana nzima! 32 Aliko wibuke imisi yachiyoho, kuva mwembwe mushizwe humu cho nu kuntu mwihanga niye imibabalo ikomeye. 33 Mwali mwashizwe habona mubishinyagulo nibitu tsi ni mibabalo, kandi mwifatanije na bamwe bachiye mumibabalo nkiyo. 34 Kuko mwalimufise umutima wikigongwe kubwa bamwe bali mukadukulu, kandi mwakiliye nu munezelo ibihano yo kulungula kwanyu, mumenya yuko namwe nyene mwala bahunguzi bemejwe bo kugumaho ibihe bidashira. 35 kubwivyo ntimute ukwihagalikila kwanyu, kulimwo agashimwe kamini. 36 Kuko mukeneye ukwihangana, kugingo mulonke kwakila icho lmana ya sezelanye, mugihe muzoba mumaze kukola ivyo ishaka. 37 Kuko mnikanya gato, umwe agiye kuza, nukuliazo za kandi ntazoteba. 38 Umunyakuli wanje azobeshwaho nu kwizera, aliko za kandi subila inyuma, sinzo munezelehwa." 39 Aliko twebwe ntitulinkabamwe basubira inyuma, ahubwo, twebwe ni mulibamwe tufise ukwizera kwo guchungela imitima ya chu.