1 NUko lelo umwizelo nukuli kumuntu yizeye kulanka inkintu. 2 Nukuli kokubona chatalabona. Kubwinyo abamjieyi bachu bamenyekanye kumwizero webo. 3 Kumwizeto tulamenya isi yalemwe kumategeko yimana, kuko kidya kiboneka nichakozwe kuvana nibintu vyalibiboneka. 4 Kubela umwizelo Habili yalatane ishikanwa Kumana yukuli gisumba Kaini. Kubela ivyo yaleshimwe kubela aliwoukuli lmana ilamushima kumalola yatoye kubwivyo halili alachwavuga, naho yaphuye. 5 Vyabaye kumwizelo henoko agulukila mwijulu kandi uluphu ntigwakozaho ntiyabonetse "kubela lmana yalamtaye kubela vyalavuzwe kuliwe ngo yalashimishiji lmana atalatwagwa mwijuru. 6 Atamwizelo ntivyoshoboka gukundwakaza lmana kubela uza Kumana nimgombwa yemele yuko lmana ibaho nuko ibaha imigisha badya bayikulikila. 7 Yali kumwizelo Nuhu, yaliyalahanywe nimana kubivunye kumajambo atalahishugwa, kukubaha lmana yalakoza Safina kugila ngoalokole abomunzu yiwe, kugukola gucho yachiye ulubanza gwisi naboneka umutwazi wumuragi uza guchila mumwizeto. 8 Yali kumwizelo Brahimu, hoyahamapwa yelubashe hakupenda iyo hayoliguhabwa iguhugu nkumulagi, yamyeho agenda yatamonya. 9 Yalikumwizelo yalabaye muisi yabageni babaye munzu yamazhitingi na Isaka na Yakobo abahunguzi bindagano bhaw ni lmana. 10 Yalitegileje kulonka isi yalemwe ni lmana. 11 Yalikumwizelo Sala na Brahimu balonse umgisha wibelege zimana Sala alawala inda kandi balimubuzeho, chane kubela basanye lmana kumwizolo bayizela chane acha alabemelela umwana wumuhungu. 12 Kuva kuvo muntu umwe yaliyegeloje kupha bacha belanyagwa abana benshi badahalugwa bali benshi nkinyenyeli zo mugichu nabenshikivu dyomuluzi. 13 Abo bose baphunye mumimwezolo batalesika kundegano aliko bazibonye nokuzegeleza halimbele, balemeye yuko ababageni nabachaho hano kwinosi. 14 Kwabo bavuga anajambo kayo balashila habona yuko bahiga isi yabonyene. 15 Yobaba biyumvila isi yabavyemwo balikuba numwanya wokugaluka. 16 Aliko nkuko bimeze biphuza isi nyiza aliyo mwijuru, none lmana nibona gulelegwa kwitwa lmana yabo. Kubela yalateguyeumuji kubwabo. 17 Yalikumwizeto Ibahimu amaze kugelegezwa, yalamutanze Isaka, niko yalakuje amesezelano kumunezelo, yatanze umwanawiwe. 18 Wokova hejuru yiwe vyalavuzwe" kuva kwa Isaka uluvyalo gwawe luzohamagagwa." 19 Brahimu yalimenya neza yuko lmana ifise ubushabozi bwokumuzula Isaka kuva mubaphu nokukuganila mwijwi ndyibilumwa yalamwakiye. 20 Yalikumwizlo ngo Isaka yamuhengiye Yakobo na Esau kunyelekeye amajambo azoza. 21 Yalikumwezelo ngo Yakobo yaliyegeleje gupha yalahezagiyo bulumwe babana ba Yusufu. Yakobo alesenga yiyegeche hejuru yinkoni yiwe. 22 Yelikumwizelo ngo Yusufu umusi mwe wimpera wegeleje, yalanze kunyelekeye abana Brisraelna alababwila gulwala imichi yiwe. 23 Yalikumwizeto Musa avyawe yalamjegejwe mugihe chimwezi itatu, kubela abanyeyi biwe bamubony alimwiza, nibalinyishijwe nitegeko dlyumwami. 24 Yalikumwizoto Musa amaze kuba umuntu mkullu yalense kwitwa umwana wu mukobwa wa Faleo. 25 Ulese yalomeye kulonka amagogwa hamwe nabana Bimana, hoyonezegwe muvyala nibibi vyisi kumwana mute. 26 Yiyu mviye yuko utetewe akulikita Kristo nuwo amalanko mamini gusumla amatungo yabamisini, kubela yashinza amazo kuleba amashimwe alimwo alaza kuliwe. 27 Yalikumwizolo Musa alava misini, ntiyalinye ubugome bwumwami, kubela yalalindiliye kuleba utaboneka. 28 Yalikumwizelo ngo yalefashe ipasaka alachuchagila amalaso, kugila ngowonona abavyagwa banmbele babahungu Baisraeli. 29 Yalikumwizelo ngo balachiye hagati yinyanja yashamwi, nkomwisi itagila amazi, abamisiri nabo bagelageje guchamwa, amazi alabamila. 30 Yalikumwizelo yuko ulukuta gwa yeriko gwaguye hesi, bauzulutse ubugeza mumisi mushanju. 31 Yalikumwizelo yuko Rahabu umwe yalu Musa mbanji ngoniyaphuye hamwe nabamwe batelibizeye kubela yaliyakiye abapelelezi alabantu nga kumaholo. 32 None mvuge iki kilenze umwanya nutusha kuvuga vya Gideoni, Barak, Samusom, yefta, Daudi, Samweli nazo manabi. 33 Ibo guchila mumwizolo balachinza umwami balakola ivyukuli, balakila amazelano balabuza iminywa yinlale. 34 Balazimwa ubushobozi bwumulilo, balasimka ubugi bwigipanga, balakizwa kuva mungwala bali mashujaa binjita batumwe abasilikale babageni biluka. 35 Abagole balakiye abaphu bao guchila mukuzuka abandi balabonyabonyejwe, aliko ntibaleche kwidegevywa kugila ngo balonke ubumenyi bwo kuzugwa buli bwiza chane bulenza. 36 Abandi balanya bonyejwe kwathihaka nopukubitwa abandi gushigwa mukadukulu. 37 Balabiswe amabuye, balakabaguwe ibimanyu kumusumeno, balavye kupipanga, bagiliye kulisato gwintuma, nimene balabashaka, bagiliye mukulabala bakolegwa ibibi. 38 Inyisi italikwiliye kuba navyo, wakitangetanga mugasozi, mumilambi, musi yamabuye, nomubinogo vyomwisi. 39 Naho abantu abo bose bemelewe Kumana kubela umwizelo wabo, nibakinye amasezelano. 40 lmana yalanguye kuluha ikilichizo chane kugilango halali twebwe nibashobole gutunganywa.