1 None nkuko tuhagatiwe niigichu kinmi cha abemeza ni dute bula ikintu kitulemeye, kumwe ni ivyaha bitufasha twiluke twihangane mukwiluka kavashizwe imbele yachu. 2 Tulebe amaso yachu Yesu yatubanjishilije aliwe yemeza umwizero kwachu nawe kubela umunezeho washizweho lmbele yiwe yalihanganiye umsalaba agaya isoni ziwe nawe yechala hasi ukuboko ku ubudjo kutebe yi gihe chosi chi lmana. 3 Mwiyumvile we yemeye amajambo yokubashegwa kuva kubanyanvaha hejulu yi yiwe, kugila ntimuze muluhe kulaba imitima yanyu. 4 Ntimula gogwa no kugiligwa nabi mugwana ni vyaha kugeza homu helegwa ishagama. 5 Kandi mwibagiwe kudya kugiligwa neza kutuma kubelaka nka abana baba hungu, "mwananje ntubitwale nkiuyolosho kugalukigwa nu Umwami, kandi ntiwihebule mgihe aguhayaye." 6 Nkuko Umwami alamuhana wewesi wakunze amuha na bula umwana amwakie. 7 Ntabyo nihangamila ibigelagezo nko guhamwa, lmana ikolona nawe nkuko ikolaiza na abana, ngo' numwana yuhe atahanwa, na sewiwe? 8 Aliko nimba ataguhanwa kandi twesi tusangiye none mwebe nti, mulabana biwe. 9 Kandi twalitufite badawe bachu biyi isi bokuduha igihano kandi twabaha ichubahilo, mbe? ntitukwiliye kubaha ichubahilo ba dawe bi mpemu yesa tukabaho? 10 Nu ukuli badawe bachu banduhanye mu myaka mkenya nkuko byabonye kanye kuliko. lmana ituhana kukamalo kachu kugila dusangile ubwelanda bwiwe. 11 Nta gihano kinezeleza mwuo mwanya uba nu umubabalo aliko munyuma uvyala mashuhwe, ya amahoro ukwihana mwa badya bigishijiwe. 12 None mgolole amaboko yanyu yamgaye mgile amavi yanyu yamgaye nkayafite amani kandi. 13 Mgolole inzila zanyu kugila ngo wewesi ali ikimuga ntagile mukuzimila aliko akizwe. Mgihe kuba na amahoro ngabantu bosi nu bwelanda uivutazoba nabyo ntabyo azobona Umwami. 14 Mgihe kuba na amahoro ngabantu bosi nu bwelanda uivutazoba nabyo ntabyo azobona Umwami. 15 Mube maso kugila ntabeho uwushigwa kule ni imugisha yi lmana, libonekana no kuzani ingolane konona mbeshi. 16 Nimulebe nkuko atanyaha ntihagile wegila umwelanda nka Esau, kubela inyodya ivyu umusi umwewo kuvukakana. 17 Kuko mlabizi munyuma yaho yalitanze kugalula mugisha ntiyalose unuwanya wo kwihanana sewiwe niho yashatse kuhiga chane kumalila. 18 Kuko ni mwaje kuyu umsozi ushobola gukogwaho umsozi waka umlilo umwijima ulatinyisha nu umkuba. 19 Ntiyaje kwiywi dyi inzamba chabule, kumajambo yava kwiywi lidya dyatumwe bula ababunva ntibasabe ijambo ababunva ntibasabe ijamb djodyosi ku uugwa kwabo. 20 Kubela ntibashoboye kwihanganila iuyategezwe, nimba igikoko chakola msozi chategwa amabuye. 21 Bilatinyisha ibyoyabonye Musa yalavuze. "nalatinye chane kugeza hotengugwa." 22 Munyuma yaho muje ku msozi Sayuni mumji wi lmana iliho, Yerusalemu yo mwijulu no kumalaika ibihumbi chumi bali kubugenyi. 23 Mwaje muli beshi abavutse mwijulu KUmana mlamzi wa bosi, noku naitima yabatakatifu badya bateguwe. 24 Mwaje mwa Yesu uhamuzi wilijambo lishasha kumalaso yasheshwe yavuga ukuli, kukuta amalaso ya Habili. 25 Leba nuze uga hakana umwenya avuga. Kuko niyabaletse hobamuhakana umwenya yabahanye hano mwisi, nu ukuli ntituzohinduka kule kuva kudya aduhana mwijulu. 26 Icho gihe ijwi njiwe gyalateguje misi. Aliko ubu yemeye avuga, "Ati hasigaye ikindi gihe sizotenguza isi yonka ni ijulu." 27 Aya majambo ati limwe kandi yelekana gukulaho ibintu bitategugwa, ibi ni bidya bintu vyalemwe kugila bidya bitatetemela bisigale. 28 Kulubwo kubela twakila ubwami bu dashobote kujegezwa none tugire ishihwe huko dusengi lmana nkuko bibereye kubungenza buke nu gusenga. 29 Kubera lmana yachu numuriro udyana.