Igiche 13

1 Huko utakundo gwa bene wachu ruba ndanye. 2 Kandi ntimwibagigwe abandi, balakiye imaraika batabizi. 3 Aliko mwibuke apfungwa bapfunzwe, alinkuko mpfunzwe hamwe nabo, alinkuko ububale bwimibili yabo ili hamwe namnee! 4 Umubano wababilanye, niubahwe nabose uburiri bugabo bwi chake, bumuze neza kandi busa neza kuko lmana izochila urubanza abifiata nabi hamwe, nabachana inyuma na basambanyi. 5 Inzira zimibeleho yanyu zibe mumwidege ndyo wanyu munukumdo kandi mukukundia amahera. Abemelana nayo bapfise hamwe nibintu bapfise hamwe nibintu bapfise, kuko lmana yo! nyene yalabivuze. Kitazotuleka tweye idute chan'ke ituhemukile. 6 Nicho kituma tuvuga kubutwali ati lmana yachu numutabazi wanje sinzo tinya ntamuntu yoshobora kungilila nabi chabule ikibi. 7 Mwibuke ababalongoye badya bavuga ijambo dyimana iwanyu. Nimwibuke ivyavuye mungendo yumucho wabo, nimukole nkuko umwizero wabo walimeze. 8 Kuko Yesu Kristo uko yali nijoro nuno musi nukwali na niko azokwama ibihe vyose. 9 Ntukaze wemeka kugila kumigishwa yuruja nuruza yabasohozi nasichi kuko nivyika umuntima utunfanigwe, nubuntu, atakutegekwa na matengeko yivyo tudya kuko ivyontacho bizobapfasha badya babayeho kubwivyo. 10 Tulafise uruhimbi gwabadya bakolela imbele murusenye badapfise ubulenganzila go kugulilako. 11 Kuko ibitembo vyishagema dyibikoko vyatanzwe kukubela ivyaha vya zanywe numutambwi mukuru,ahanu hatugelimmee ahera , habera ,aliko imibili yao yagumywe, iturigwa hejuru kunsatoyi mibili. 12 Kubela ivyo Yesu nawa yalabonyabonye jwe kandi achaha yalifise, kugila habo neke abuntu bateguliwe kubwo ijambo nyimana bichiye - kwishagama dyiwe. 13 Nuko tuve aho tugende tumusange inyuma yaho bauhumbiche twilemeke ugukola kwiwe. 14 Kuko ntitufise ichichalo chi hilezo hano mugisagarakino aliko kuhige igisagara alicho kilimo kiraza. 15 Kuchira kuri Yesu mrashakigwa nokuhimilizwa. Umwanya kunyundi gutanga ishikanwa ya kumuhesha ichubahilo tumuhi mboza, "alizo mbuto ziva minywa yachu tudyemela izina dyihee. 16 Nimwibagigwe kukola neza nokufashanya mwege, kuli mwenge, kuko uko ninkuko kutanga ishikanwa kandi ishikamwa biniyo niyo inezeleza lmana chane. 17 Mwubahe mwongele mwichishe bugufi imbele ya tegechi banywu babalongoye, kuko babandanya babachungeleya kandi bagavye. Kubwo imitima yanyu ahbobazo tanga ikihalulo chanyu. 18 Muchusegele, kuko tulazi yuko tufise ingemelo nyiza, tulipfu kubaho kumibeleho yichubahilo mumajambo yose. 19 Kandi mwesi ndabako komeza mu itima yanyu, mkole bacho kugilangonzohave ngaluka hakili hagufi iwanyu. 20 lmana nyene amaharo yo!yakuye Umwami yesu mubapfuye aliwe mwungele mukulu wintama Umwami Yesu Kristo wisezelano dyishagama dyihelezo. 21 Azobaha imbalaga kubwo ijambo dyiza mkole ivyipfuzo vyinee aliko bikola umulimo yanyu yokushimisha muaso yiwe bichiye, kuli Yesu Kristo, kuhiwe bibe ichubahilo kugela kwihelezo. Amina. 22 None ndakukomeje umutima mwenedata kutwililana ijambo dyokukozezanya imitima alidyo nandiche kato ya iwanyu. 23 Mwibuke ko! mwene data wachu Timotheo yalamaze kulekugwa niyaza vuba tuzobonana namwe. 24 Muntahili abategechi babaganza bose nabera boje nabo muli Italia barabatasha. 25 Ubuntu bubane namwe mwese. Amina.