1 Mugihe chaheze lmana yavugana nabasogokuluza ichiliye kubavugisha ichulo nyishi muzinyishi. 2 Aliko mwibibihe dufise, lmana yavuganye natwe ichiliye ku mwana wayo, aliwe yasizeho kuba umulagwa wibintu vyose, nuguchila kuliwe isi yalalemwe. 3 Umwana wiwe numucho wubwiza bwiwe, ingeso yiweyisanginje, abanda akora ibintu vyose kunkomezi ziwe amaz gushicha ukweza ivyaha, yichaye mukuboko kwibudyo kwintebe yu bwami hejuru. 4 Yabayemuviza gusuba abamalayika, Nkuko izina yalazwe alizina dyiza gusumba ayandi. 5 Nikumalaika nyabaki yigeze kuvugaho, "wewe ulu mwama wanje," Uyumusi nabaye sowawe?" Kanda nabaye sowawe nawe wabaye umwana wanje?" 6 Kandi igihe lmana uwambele muluvyalo gwiwe mwisi, yavuze, "Abamalaika bose bimana batege chwe bamusenge." 7 Kuvya bamalaika avuga, niwe ashoboye gukora abamalaika bakaba imlemu, nabakozibiwe kuba ibilimi vyu mulilo." 8 Aliko kuvyega Umwana avuuga, "lntebe yawe yubwami, Bwimana niyibihe vyose. inkoni yubwami bwawe ninkoni yukuli. 9 Wakuze ukuli wanka kulenga amategeko, kubwivyo lmana, imana yawe yagusize amavuta yu umnezero gusumba bagenzawe. 10 Ubwambele, Dala, yasinzeho intango yisi. Nijuru numulimo wa maboko yawe. 11 Ijuru niisi bizevaho aliko weho uzonandanya vyose bizoba intakazi kimpuzi. 12 Uzozizinga zinga nkigoti, nazozizo hinduka nkimpuzu. Aliko wewe mudya nyene adahinduka nibihe vyawe bitagela impela. 13 Aliko ni kumumalaika vyuhe lmana yavuzeko ibihe vyose, Ati niwichale mukoboko kwanje kwibudyo, "gushika ahoshira abasi bawe musi yibilengevyawe"? 14 None abamalaika simpemu zalungichweiwanyu kuhila zibafashe nukuzigama badya bazolagwa agakiza?