2 Igisimba nabonye casanaga na muyaga (ingwe). Ibirenge byaco byasanaga n'idubu, n'akanwa kaco kasanaga n'akanwa k'intare. Ca kiyoka kigiha ingufu n'intebe yaco y'ubwami, n'ubutware bwinshi. 3 Nabonye umwe mu mitwe usana n'uwakomeretse bwo gupfa. Ariko igisebe caco kirakira. Isi yose irumirwa, maze abantu baja inyuma y'ico gisimba. 4 Ico kiyoka kubera ko cari cahaye ubutware ico gisimba, barakiramya bari kugamba ngo : " Ninde usana n'igisimba; ninde ushobora kukirwanya ? 5 Nuko gihabwa akanwa ko kugamba amagambo y'ubwibone kandi yo gutuka Imana; kandi gihabwa ubushobozi bwo gukora amezi mirongo ine n'abiri. 6 Nuko gifungura akaco kugirango kavuge amagambo yo gutuka Imana, kugirango batuke izina ryayo, n'inzu yayo n'abatuye mu ijuru. 7 Gihabwa kurwanya intungane no kuzitsinda, gihabwa ubushobozi hejuru y'ubwoko bwose, abantu bose, ururimi rwose n'igihugo. 8 Kandi abatuye isi bazakiramya, abo amazina gabo gatigeze kwandikwa mu gitabo c'ubugingo c'Umwana w'intama gwatanzwe ho igitambo kuva k'ukuremwa kw'isi. 9 Niba hariho ufite amatwi, ni yumve. 10 Niba hariho uwateguwe kujanwa ku ngufu nk'umunyago, nawe azajanwa ho iminyago. Niba hariho uwicisha inkota nawe azicwa n'inkota. Aha n'ukwiyumanganya no kwizera kw'abatunganye. 11 Nyuma mbona ikindi gisimba kiri gutarama, gifite amahembe abiri gasana n'Umwana w'intama, kandi cagambaga nka ca kiyoka. 12 Cakoreshaga ubutware busana n'ubwa ca gisimba ca mbere, kiri imbere zaco, kandi catumaga isi n'abayituye baramya ca gisimba cari cakize ca gisebe cari kigomba kucica. 13 Cakoraga ibitangaza bikomeye, kugezaho camanuraga umuriro guva mw'ijuru ngo guze mw'isi, abantu bareba. 14 Cayobyaga abatuye isi gikoresheje ibitangaza byatumaga kibikorera imbere y'ico gisimba, cabwiraga abatuye isi gukora isura ya ca gisimba cari gifite igisebe c'inkota kandi cari gifite ubuzima. 15 Kandi gihabwa guha iyo sura y'igisimba kugirango rigambe no kugirango abatararamije isura y'ico gisimba bicwe. 16 Nuko gikora k'uburyo bwose, abakuru n'abatoya, abakire n'abakene, abantu batari mu pirizo cangwa imbata, bahawe ikimenyetso ku kiganza cangwa ku mpanga. 17 No kuba nta washoboraga kugura cangwa kugurisha nta kashe cangwa izina ry'igisimba cangwa umubare gw'izina ryaco.